ITERAMBERE IWACU

COMMUNE GISURU: Ibikorwa bijanye no Guhimiriza abenegihugu bo Ku mirwa mikuru y’ama zone ya NYABITSINDA, KINYINYA, MUHWAZI na GISURU kubijanye n’ukwitunganiriza ibisagara bisa neza, na pavage y’amabarabara twumvikanyeko ari mu ma quartiers. Ibikorwa vyakiriwe neza n’abenegihugu,  mumisi ishirwa mungiro riratangura.