MUVYUBURIMYI AHO IWANYU HAVUGWA AMAKI

Muri commune gisuru ku mutumba wa mago, abenegihugu bari kumwe n’indongozi zabo muma zone bariko baritegurira agatasi mu gutunganya imirima y’akarorero yegukira ama zone yabo.