IBIKORWA RUSANGI MURI ZONE KINYINYA

Kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 05/09/2026, abenegihugu bo muri zone kinyinya ntibareze amaboko mukwisanurira ibiraro bituma uruja n’uruza rworoha. Ivyo bikorwa vyose babikora munguvu zabo mukurindira yuko reta izobasanurira muburyo bukomeye. Ivyo bikorwa rusangi bikaba vyabereye ku mutumba nyamunazi kwibarabara riri mukiyaya kigabura uwo mutumba hamwe n’umutumba wa kinyinya.

Ivyo bikorwa rusangi bikaba vyatewe iteka n’umukuru wa zone kinyinya