TURIME IGITERWA C’UMUCERI

Umurima w’umuceri uteye igomwe mumwonga wa Ntanga yo hagati aho umurimyi wa kijambere w’ico giterwa NJEKUBWAYO CHARLES awukurikirana neza. Ni mugihe abarimyi b’ico giterwa c’umuceri barima ibihe vyose, ubu mumurima basigaye bimbura incuro zibiri. Ni mu ntumbero yukurwanya inzara muri komine Gisuru. Bagasaba ko umwavu woza uraboneka kugihe.